Abatumire mu bukwe mu gihugu c'Ubuhindi batunzwe n'ayo bameze nyuma yaho habonyekeye muri ubwo bukwe umutumire atari yitezwe. Uwo mutumire si uwundi ni ingwe nini yahutse ubwo bukwe ivuye mw ...
Zishobora kuba ari ''abagenzi bacu ba mbere'' ariko bimaze kugaragara ko imbwa ziri mu vya mbere bigeramiye inyamaswa. Abahinga bavuga ko zagize uruhara mw'ihona ry'ubwoko bushika cumi bw'inyoni n ...